2 Ngoma 4:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Hiramu akora n’utudobo, ibipawa n’amabakure+. Nuko arangiza ibintu umwami Salomo yamusavye gukora bijanye n’inzu y’Imana y’ukuri+. Ni vyo vy’ibi:
11 Hiramu akora n’utudobo, ibipawa n’amabakure+. Nuko arangiza ibintu umwami Salomo yamusavye gukora bijanye n’inzu y’Imana y’ukuri+. Ni vyo vy’ibi: