2 Ngoma 4:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Akora n’amashurwe, amatara n’udupensi*, vyose abikora mu nzahabu, emwe inzahabu itavanze na gato.