2 Ngoma 5:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Ico gicu gituma abaherezi badashobora kubandanya igikorwa cabo kubera ko ubuninahazwa bwa Yehova bwari bwuzuye inzu y’Imana y’ukuri+.
14 Ico gicu gituma abaherezi badashobora kubandanya igikorwa cabo kubera ko ubuninahazwa bwa Yehova bwari bwuzuye inzu y’Imana y’ukuri+.