2 Ngoma 6:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Avuga ati: «Ewe Yehova Mana ya Isirayeli, nta Mana iriho imeze nkawe mw’ijuru canke kw’isi. Urashitsa ivyo wasezeranye kandi ukereka urukundo rudahera* abasavyi bawe bagukorera* n’umutima wabo wose+.
14 Avuga ati: «Ewe Yehova Mana ya Isirayeli, nta Mana iriho imeze nkawe mw’ijuru canke kw’isi. Urashitsa ivyo wasezeranye kandi ukereka urukundo rudahera* abasavyi bawe bagukorera* n’umutima wabo wose+.