2 Ngoma 6:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Ariko none Mana, vy’ukuri uzobana n’abantu kw’isi+? N’ijuru iyo riva rikagera ntirishobora kugukwira+, nkanswe iyi nzu nubatse+!
18 Ariko none Mana, vy’ukuri uzobana n’abantu kw’isi+? N’ijuru iyo riva rikagera ntirishobora kugukwira+, nkanswe iyi nzu nubatse+!