-
2 Ngoma 6:19Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
19 Ndagusavye rero Yehova Mana yanje wumvirize iri sengesho ryanje jewe umusavyi wawe, wumvirize n’ugutakamba kwanje. Ndagusavye wumve ugutabaza kwanje n’isengesho ndagutuye.
-