2 Ngoma 6:32 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 32 Kandi nihagira umunyamahanga atari uwo mu bantu bawe b’Abisirayeli aza avuye mu gihugu ca kure, akaza azanywe n’izina ryawe rihambaye*+ n’ukuboko kwawe gukomeye kandi kw’ububasha*, akaza maze agasenga atumbereye iyi nzu+,
32 Kandi nihagira umunyamahanga atari uwo mu bantu bawe b’Abisirayeli aza avuye mu gihugu ca kure, akaza azanywe n’izina ryawe rihambaye*+ n’ukuboko kwawe gukomeye kandi kw’ububasha*, akaza maze agasenga atumbereye iyi nzu+,