2 Ngoma 6:34 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 34 Niwarungika abantu bawe ahantu aho ari ho hose ngo baje kurwanya abansi babo+, maze bakagusenga+ batumbereye iki gisagara watoye n’iyi nzu nubatse ngo yitirirwe izina ryawe+,
34 Niwarungika abantu bawe ahantu aho ari ho hose ngo baje kurwanya abansi babo+, maze bakagusenga+ batumbereye iki gisagara watoye n’iyi nzu nubatse ngo yitirirwe izina ryawe+,