2 Ngoma 6:36 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 36 Abantu bawe nibagucumurako (kuko ata muntu adacumura+), hari aho wobashavurira cane maze ukareka abansi babo bakabatsinda, bakabatwara ari imbohe mu gihugu kanaka, caba kiri kure canke hafi+.
36 Abantu bawe nibagucumurako (kuko ata muntu adacumura+), hari aho wobashavurira cane maze ukareka abansi babo bakabatsinda, bakabatwara ari imbohe mu gihugu kanaka, caba kiri kure canke hafi+.