2 Ngoma 7:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Bamaze imisi indwi bari mu vyo gushikiriza Imana nya gicaniro, bamara n’iyindi misi indwi bagira umusi mukuru. Mugabo ku musi ugira umunani* bagira ikoraniro ridasanzwe+.
9 Bamaze imisi indwi bari mu vyo gushikiriza Imana nya gicaniro, bamara n’iyindi misi indwi bagira umusi mukuru. Mugabo ku musi ugira umunani* bagira ikoraniro ridasanzwe+.