2 Ngoma 7:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Nuko Salomo arangiza kwubaka inzu ya Yehova n’ikirimba* ciwe+. Ikintu cose yari yipfuje gukora ku bijanye n’inzu ya Yehova be n’ikirimba ciwe yaragikoze neza+.
11 Nuko Salomo arangiza kwubaka inzu ya Yehova n’ikirimba* ciwe+. Ikintu cose yari yipfuje gukora ku bijanye n’inzu ya Yehova be n’ikirimba ciwe yaragikoze neza+.