2 Ngoma 8:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Ibikorwa vyose Salomo yakoze vyari bitunganijwe neza*, kuva umusi yashinga umushinge w’inzu ya Yehova+ gushika iheze. Nuko inzu ya Yehova irarangira+.
16 Ibikorwa vyose Salomo yakoze vyari bitunganijwe neza*, kuva umusi yashinga umushinge w’inzu ya Yehova+ gushika iheze. Nuko inzu ya Yehova irarangira+.