2 Ngoma 8:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Hiramu+ yaramurungikira amato* n’abantu bamenyereye cane ikiyaga, biciye ku basuku biwe. Baraja i Ofiri+ bari kumwe n’abasuku ba Salomo, bakagaruka bazaniye umwami Salomo italanto* 450 z’inzahabu+.
18 Hiramu+ yaramurungikira amato* n’abantu bamenyereye cane ikiyaga, biciye ku basuku biwe. Baraja i Ofiri+ bari kumwe n’abasuku ba Salomo, bakagaruka bazaniye umwami Salomo italanto* 450 z’inzahabu+.