-
2 Ngoma 9:1Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
9 Maze umwamikazi w’i Sheba+ aza i Yeruzalemu kugeza Salomo n’ibibazo bigoye* kubera yumvise ukuntu Salomo ari rurangiranwa. Yari aherekejwe n’abantu benshi cane n’ingamiya zitwaye amavuta amota neza*, inzahabu+ nyinshi cane n’amabuye y’agaciro. Yinjira aho Salomo ari, maze bayaga ivyari ku mutima wiwe vyose+.
-