2 Ngoma 9:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Maze aha umwami italanto* 120 z’inzahabu+ n’amavuta amota neza* menshi cane n’amabuye y’agaciro. Nta wundi yongeye kuzana amavuta nk’ayo umwamikazi w’i Sheba yahaye umwami Salomo+.
9 Maze aha umwami italanto* 120 z’inzahabu+ n’amavuta amota neza* menshi cane n’amabuye y’agaciro. Nta wundi yongeye kuzana amavuta nk’ayo umwamikazi w’i Sheba yahaye umwami Salomo+.