2 Ngoma 9:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Umwami Salomo na we aha umwamikazi w’i Sheba ikintu cose yipfuza n’ico yasavye cose. Yamuhaye ibiruta ivyo yari yamuzaniye*. Uwo mwamikazi araheza asubira mu gihugu ciwe ari kumwe n’abasuku biwe+.
12 Umwami Salomo na we aha umwamikazi w’i Sheba ikintu cose yipfuza n’ico yasavye cose. Yamuhaye ibiruta ivyo yari yamuzaniye*. Uwo mwamikazi araheza asubira mu gihugu ciwe ari kumwe n’abasuku biwe+.