2 Ngoma 9:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Akora n’inkinzo ntonto* 300 mu nzahabu ivanze (inkinzo imwe yose ijako imina* zitatu z’inzahabu). Maze umwami abishira muri ya nyubakwa yitwa Inzu y’ikibira c’i Libani+.
16 Akora n’inkinzo ntonto* 300 mu nzahabu ivanze (inkinzo imwe yose ijako imina* zitatu z’inzahabu). Maze umwami abishira muri ya nyubakwa yitwa Inzu y’ikibira c’i Libani+.