2 Ngoma 9:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Kandi abami bo kw’isi yose bararondera ingene bobonana na Salomo kugira bumve ubukerebutsi Imana y’ukuri yamuhaye+.
23 Kandi abami bo kw’isi yose bararondera ingene bobonana na Salomo kugira bumve ubukerebutsi Imana y’ukuri yamuhaye+.