2 Ngoma 10:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Ku musi ugira gatatu Yerobowamu n’abandi bose bagaruka ku mwami Rehobowamu, kuko yari yababwiye ati: «Muze mugaruke ku musi ugira gatatu+.»
12 Ku musi ugira gatatu Yerobowamu n’abandi bose bagaruka ku mwami Rehobowamu, kuko yari yababwiye ati: «Muze mugaruke ku musi ugira gatatu+.»