2 Ngoma 10:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Nuko umwami yanka kwumviriza abantu, kuko Imana y’ukuri ari yo yashaka ko bigenda ukwo+. Kwari ukugira ngo ivyo Yehova yari yarabwiye Yerobowamu mwene Nebati biciye kuri Ahiya+ w’i Shilo biranguke.
15 Nuko umwami yanka kwumviriza abantu, kuko Imana y’ukuri ari yo yashaka ko bigenda ukwo+. Kwari ukugira ngo ivyo Yehova yari yarabwiye Yerobowamu mwene Nebati biciye kuri Ahiya+ w’i Shilo biranguke.