18 Mu nyuma umwami Rehobowamu arungika Hadoramu+ ku Bisirayeli, akaba yari ahagarikiye abahamagariwe gukora ibikorwa vy’umwami. Mugabo Abisirayeli bamutera amabuye, arapfa. Umwami Rehobowamu we, vyarakunze ko yurira mu mukogote wiwe, ahungira i Yeruzalemu+.