2 Ngoma 11:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Rehobowamu ashitse i Yeruzalemu, aca akoranya abo mu muryango wa Yuda n’abo mu muryango wa Benyamini+. Yakoranije abarwanyi 180.000 bamenyerejwe*, kugira barwanye Abisirayeli basubize ubwami Rehobowamu+.
11 Rehobowamu ashitse i Yeruzalemu, aca akoranya abo mu muryango wa Yuda n’abo mu muryango wa Benyamini+. Yakoranije abarwanyi 180.000 bamenyerejwe*, kugira barwanye Abisirayeli basubize ubwami Rehobowamu+.