2 Ngoma 11:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Abantu bo mu miryango yose ya Isirayeli bafise umutima wo kurondera Yehova Imana ya Isirayeli, baciye bakurikira abaherezi n’Abalewi i Yeruzalemu kugira baze barashikanira ibimazi Yehova Imana ya ba sekuruza+.
16 Abantu bo mu miryango yose ya Isirayeli bafise umutima wo kurondera Yehova Imana ya Isirayeli, baciye bakurikira abaherezi n’Abalewi i Yeruzalemu kugira baze barashikanira ibimazi Yehova Imana ya ba sekuruza+.