2 Ngoma 11:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Ariko akorana ubwenge*, arungika* bamwe mu bahungu biwe mu turere dutandukanye two mu Buyuda n’utwo mu muryango wa Benyamini, baja mu bisagara vyose bikingijwe ibihome+. Abaha ibifungurwa vyinshi, abaronderera n’abagore benshi.
23 Ariko akorana ubwenge*, arungika* bamwe mu bahungu biwe mu turere dutandukanye two mu Buyuda n’utwo mu muryango wa Benyamini, baja mu bisagara vyose bikingijwe ibihome+. Abaha ibifungurwa vyinshi, abaronderera n’abagore benshi.