2 Ngoma 12:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Maze mu mwaka ugira gatanu umwami Rehobowamu aganza, Shishaki+ umwami wa Misiri aduga gutera Yeruzalemu kuko Abisirayeli bari bahemukiye Yehova.
2 Maze mu mwaka ugira gatanu umwami Rehobowamu aganza, Shishaki+ umwami wa Misiri aduga gutera Yeruzalemu kuko Abisirayeli bari bahemukiye Yehova.