2 Ngoma 12:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Nuko Shishaki umwami wa Misiri aduga gutera Yeruzalemu. Atwara amatungo yari mu nzu ya Yehova+ n’ayari mu nzu* y’umwami. Atwara ibintu vyose, harimwo na za nkinzo z’inzahabu Salomo yari yarakoze+.
9 Nuko Shishaki umwami wa Misiri aduga gutera Yeruzalemu. Atwara amatungo yari mu nzu ya Yehova+ n’ayari mu nzu* y’umwami. Atwara ibintu vyose, harimwo na za nkinzo z’inzahabu Salomo yari yarakoze+.