2 Ngoma 13:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Abiya yatanguye kuganza Ubuyuda mu mwaka ugira 18 umwami Yerobowamu aganza+.