2 Ngoma 13:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Yamaze imyaka itatu aganza i Yeruzalemu. Nyina yitwa Mikaya+, akaba yari umukobwa wa Uriyeli w’i Gibeya+. Nuko haba intambara hagati ya Abiya na Yerobowamu+.
2 Yamaze imyaka itatu aganza i Yeruzalemu. Nyina yitwa Mikaya+, akaba yari umukobwa wa Uriyeli w’i Gibeya+. Nuko haba intambara hagati ya Abiya na Yerobowamu+.