2 Ngoma 13:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Ubu na ho mwibaza ko mushobora kwihanga ubwami Yehova yahaye abahungu ba Dawidi ngo ni uko muri isinzi rinini, mukaba mufise n’inyana z’inzahabu Yerobowamu yabakoreye ngo muzisenge+?
8 Ubu na ho mwibaza ko mushobora kwihanga ubwami Yehova yahaye abahungu ba Dawidi ngo ni uko muri isinzi rinini, mukaba mufise n’inyana z’inzahabu Yerobowamu yabakoreye ngo muzisenge+?