-
2 Ngoma 13:13Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
13 Ariko Yerobowamu arungika abasoda kwinyegeza ngo baturuke inyuma abo mu Buyuda. Izindi ngabo ziwe ziguma imbere yabo, ba basoda bagiye kwinyegeza na bo baguma inyuma.
-