2 Ngoma 13:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Abiya n’abasoda biwe bica ingabo nyinshi z’Abisirayeli. Baguma babica ku buryo hapfa abasoda 500.000 bamenyerejwe*.
17 Abiya n’abasoda biwe bica ingabo nyinshi z’Abisirayeli. Baguma babica ku buryo hapfa abasoda 500.000 bamenyerejwe*.