2 Ngoma 13:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Abiya aguma yiruka kuri Yerobowamu, amutwara ibi bisagara: Beteli+ n’udusagara tuhegukira*, Yeshana n’udusagara tuhegukira na Efurayini+ n’udusagara tuhegukira.
19 Abiya aguma yiruka kuri Yerobowamu, amutwara ibi bisagara: Beteli+ n’udusagara tuhegukira*, Yeshana n’udusagara tuhegukira na Efurayini+ n’udusagara tuhegukira.