2 Ngoma 16:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Mu mwaka ugira 36 Asa ari umwami, Bayasha+ umwami wa Isirayeli aza gutera Ubuyuda, maze yubaka* igisagara ca Rama+ kugira ngo ntihagire uwuva canke uwuja* mu karere Asa umwami w’Ubuyuda yatwara+. 2 Ngoma Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 16:1 Umunara w’Inderetsi,15/8/2012, rup. 10
16 Mu mwaka ugira 36 Asa ari umwami, Bayasha+ umwami wa Isirayeli aza gutera Ubuyuda, maze yubaka* igisagara ca Rama+ kugira ngo ntihagire uwuva canke uwuja* mu karere Asa umwami w’Ubuyuda yatwara+.