2 Ngoma 16:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Asa aca atora ifeza n’inzahabu mu bubiko bw’itunga ry’inzu ya Yehova+ no mu bubiko bw’itunga ry’inzu* y’umwami, abirungikira Beni-Hadadi umwami wa Siriya+ yaba i Damasiko. Amubwira ati:
2 Asa aca atora ifeza n’inzahabu mu bubiko bw’itunga ry’inzu ya Yehova+ no mu bubiko bw’itunga ry’inzu* y’umwami, abirungikira Beni-Hadadi umwami wa Siriya+ yaba i Damasiko. Amubwira ati: