2 Ngoma 18:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Haciye imyaka, amanuka i Samariya kuraba Ahabu+. Ahabu abaga intama nyinshi n’inka nyinshi, abitangako ikimazi ku bwa Yehoshafati n’abari kumwe na we. Aca aramwinginga* ngo bajane gutera igisagara ca Ramoti-Gileyadi+.
2 Haciye imyaka, amanuka i Samariya kuraba Ahabu+. Ahabu abaga intama nyinshi n’inka nyinshi, abitangako ikimazi ku bwa Yehoshafati n’abari kumwe na we. Aca aramwinginga* ngo bajane gutera igisagara ca Ramoti-Gileyadi+.