-
2 Ngoma 18:5Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
5 Maze umwami wa Isirayeli akoraniriza hamwe abahanuzi. Bari abagabo 400. Ababaza ati: «Tuje gutera i Ramoti-Gileyadi canke ndeke?» Bamwishura bati: «Genda kandi Imana y’ukuri iragufasha kuhatsinda, mwami.»
-