2 Ngoma 18:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Maze Zedekiya mwene Kenayana akora amahembe y’icuma hanyuma avuga ati: «Yehova avuze ati: “Aya ni yo uzokoresha mu gucumita* Abasiriya gushika ubahoneje.”»
10 Maze Zedekiya mwene Kenayana akora amahembe y’icuma hanyuma avuga ati: «Yehova avuze ati: “Aya ni yo uzokoresha mu gucumita* Abasiriya gushika ubahoneje.”»