2 Ngoma 18:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 N’abandi bahanuzi bose bariko bavuga nk’ukwo nyene bati: «Genda i Ramoti-Gileyadi kandi uratahukana intsinzi+. Yehova aragufasha gutsinda ico gisagara, mwami.»
11 N’abandi bahanuzi bose bariko bavuga nk’ukwo nyene bati: «Genda i Ramoti-Gileyadi kandi uratahukana intsinzi+. Yehova aragufasha gutsinda ico gisagara, mwami.»