2 Ngoma 18:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Wa muntu yari yatumwe guhamagara Mikaya amubwira ati: «Umviriza, abahanuzi bose bariko babwira umwami ivyiza. Ndagusavye nawe uvuge ivyiza nka bo+.»
12 Wa muntu yari yatumwe guhamagara Mikaya amubwira ati: «Umviriza, abahanuzi bose bariko babwira umwami ivyiza. Ndagusavye nawe uvuge ivyiza nka bo+.»