-
2 Ngoma 18:14Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
14 Maze ashitse imbere y’umwami, umwami amubaza ati: «Mikaya, tuje gutera i Ramoti-Gileyadi canke ndeke?» Aca amwishura ati: «Genda kandi urahatsinda. Imana irabafasha kubatsinda.»
-