2 Ngoma 18:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Na we avuga ati: «Mbona Abisirayeli bose basanzaye ku misozi nk’intama zitagira umwungere+. Yehova yavuze ati: “Nta shebuja bagifise. Umwe wese niyisubirire iwe amahoro.”»
16 Na we avuga ati: «Mbona Abisirayeli bose basanzaye ku misozi nk’intama zitagira umwungere+. Yehova yavuze ati: “Nta shebuja bagifise. Umwe wese niyisubirire iwe amahoro.”»