2 Ngoma 18:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Umwami wa Isirayeli aca abwira Yehoshafati ati: «Sinari nakubwiye ko ata vyiza aza kuvuga ku binyerekeye, ahubwo ko aza kuvuga ibibi gusa+?»
17 Umwami wa Isirayeli aca abwira Yehoshafati ati: «Sinari nakubwiye ko ata vyiza aza kuvuga ku binyerekeye, ahubwo ko aza kuvuga ibibi gusa+?»