-
2 Ngoma 18:19Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
19 Maze Yehova avuga ati: “Ni nde aza guhenda Ahabu umwami wa Isirayeli ngo aje i Ramoti-Gileyadi apfireyo?” Umwe atangura kuvuga uku, uwundi uku.
-