2 Ngoma 18:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Na we ati: “Ndagenda nkorere mu bahanuzi biwe bose, ntume bavuga ibinyoma*.” Amwishura ati: “Uraza kumuhenda kandi birakunda. Genda ugire gutyo.”
21 Na we ati: “Ndagenda nkorere mu bahanuzi biwe bose, ntume bavuga ibinyoma*.” Amwishura ati: “Uraza kumuhenda kandi birakunda. Genda ugire gutyo.”