2 Ngoma 18:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Zedekiya+ mwene Kenayana aca yegera Mikaya+ amukubita kw’itama+ maze avuga ati: «Ushatse kuvuga ko impwemu ya Yehova yamvuyeko ikaza kuvugana nawe? Yoba yaciye hehe+?»
23 Zedekiya+ mwene Kenayana aca yegera Mikaya+ amukubita kw’itama+ maze avuga ati: «Ushatse kuvuga ko impwemu ya Yehova yamvuyeko ikaza kuvugana nawe? Yoba yaciye hehe+?»