2 Ngoma 18:31 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 31 Abo bakuru bakibona Yehoshafati, bibwira bati: «Umwami wa Isirayeli ni uyu.» Baca baja kumurwanya. Yehoshafati aca atangura gutabaza+, maze Yehova Imana aramufasha, abigiza kure yiwe.
31 Abo bakuru bakibona Yehoshafati, bibwira bati: «Umwami wa Isirayeli ni uyu.» Baca baja kumurwanya. Yehoshafati aca atangura gutabaza+, maze Yehova Imana aramufasha, abigiza kure yiwe.