2 Ngoma 18:33 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 33 Ariko umugabo umwe apfa kurasa umwampi, asanga yagemye umwami wa Isirayeli aho ibice vy’ikoti y’ivyuma yari yambaye bihurira. Umwami aca abwira uwutwara umukogote wiwe ati: «Hindukiza umukogote mve mu rugamba* kuko nakomeretse cane+.»
33 Ariko umugabo umwe apfa kurasa umwampi, asanga yagemye umwami wa Isirayeli aho ibice vy’ikoti y’ivyuma yari yambaye bihurira. Umwami aca abwira uwutwara umukogote wiwe ati: «Hindukiza umukogote mve mu rugamba* kuko nakomeretse cane+.»