2 Ngoma 19:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Yehoshafati abandanya kuba i Yeruzalemu. Yongera kugendera abanyagihugu kuva i Beri-Sheba gushika mu karere k’imisozi ka Efurayimu+, kugira ngo abafashe kugaruka kuri Yehova Imana ya ba sekuruza+.
4 Yehoshafati abandanya kuba i Yeruzalemu. Yongera kugendera abanyagihugu kuva i Beri-Sheba gushika mu karere k’imisozi ka Efurayimu+, kugira ngo abafashe kugaruka kuri Yehova Imana ya ba sekuruza+.