2 Ngoma 19:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Maze abwira abo bacamanza ati: «Muraba maso ku vyo mukora kuko mu guca imanza mudakorera abantu, ahubwo mukorera Yehova. Azoba ari kumwe namwe igihe muca imanza+.
6 Maze abwira abo bacamanza ati: «Muraba maso ku vyo mukora kuko mu guca imanza mudakorera abantu, ahubwo mukorera Yehova. Azoba ari kumwe namwe igihe muca imanza+.