2 Ngoma 20:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Ewe Mana yacu, none ntiwobacira urubanza ukabahana+? Twebwe nta co twishoboje imbere y’iri sinzi rinini rije kudutera kandi ntituzi ico twokora+. Ni wewe duhanze amaso+.»
12 Ewe Mana yacu, none ntiwobacira urubanza ukabahana+? Twebwe nta co twishoboje imbere y’iri sinzi rinini rije kudutera kandi ntituzi ico twokora+. Ni wewe duhanze amaso+.»